#Nkunda #Burundi #Rwanda #Tanzania #Kenya #rdcongo
https://linktr.ee/kabernaofficial For all digital platforms
Video director: HG. Creative
Ass. director: Rayzhong
Audio producer: Ijoco ( Young producer)
Studio: Kiliye records
Song writers: Kaberna & Eric Billion
Performed: Kaberna & kellyna
Make up artist: Diane
https://www.facebook.com/settings?tab...
https://www.instagram.com/
Lyrics!!!
Intro
Kellyna nana aaah!!!
A-checheee!!!
Verse1:
Vyonsaba ikinjana, kumenyera ubuzima
Kubaho ntakubona, vyontera ibiguma
Mbwira ngukunde nte, umutima wanje urawufise
Mbega nogirante, hamwe wombwira ko bihindutse
Kana ka mama ni wewe mbona, niyo mpumirije umutima ubukanura
Sinzi yuko woba ubibona, muvyukuri waramaze kunyura
Bridge!!!
Nzorirana nawe ni warira
Nzotwengana nawe ni watwenga
Oya ntuzigera wihebura
Turikumwe nzonakugwanira
Chorus
Wenkunda gusa kukubaha je nzobimenya aaah
Nyubaha gusa, kugukunda je nzobimenya aaah
Wenkunda gusa kukubaha je nzobimenya aaah
Nyubaha gusa, kugukunda je nzobimenya aaah
Verse2:
Nkundira nkundira, dusenyere kumugozi umwe
Duhanagurane amarira, twame tuvuga rumwe
Mbanumva ndi fine, in my heart
To be on your side, biri alright
Reka amaso akunda ntabone, ngume mbona wewe
Kukubura vyontera imvune, oya sinobaho nryohewe.
Bridge!!!
Nzorirana nawe ni warira
Nzotwengana nawe ni watwenga
Oya ntuzigera wihebura
Turikumwe nzonakugwanira
Chorus
Wenkunda gusa kukubaha je nzobimenya aaah
Nyubaha gusa, kugukunda je nzobimenya aaah
Wenkunda gusa kukubaha je nzobimenya aaah
Nyubaha gusa, kugukunda je nzobimenya aaah
Wenkunda gusa kukubaha je nzobimenya aaah
Nyubaha gusa, kugukunda je nzobimenya aaah
Wenkunda gusa kukubaha je nzobimenya aaah
Nyubaha gusa, kugukunda je nzobimenya aaah
---------------------------------
For more booking: [email protected] &
[email protected]
Keep watching for more support.
THANK YOU FOR YOUR TIME