MTC - JEHOVAH (Official Video)

Опубликовано: 26 Июль 2026
на канале: MTC - More Than Conquerors
206,816
6.4k

A new Single from MTC (more than conquerors), "JEHOVAH ".

MTC-More Than Conquerors

Follow us on Instagram

https://instagram.com/mtc_morethancon...

Facebook
https://www.facebook.com/anointedforh...

Director:John Elarts
Producer: I breezy One way
Choreographer : ado-b Dancer
Stylist: Willy Smith

JEHOVAH by MTC

Lyrics

Intro
Jehovah ×5

1. Kuva na kera
Yamye ishigikira ic'Ivuga
Abayizera
Ntaciza bakena

Yitwa umuremyi Iyo Yuguruye ntawugara
Yitwa umuremyi Iyo Yugaye ntawugurura
Yitwa umuremyi Iyo Yugaye Ntawugurura n'Imana

Pre-chorus

Faithful God
Oooh God
Ntunanirwa muvy'Uvuga
Faithful God
Oooh God
Ur'Umwizigirwa

Rfr/
Yuguruye
Ntacotangira×2
Ntacobuza ic'Avuze gushika
Iy'Avuze Ntacozibira
Aricira inzira
N'umwizigirwa
(We yitwa)
Jehovah×4
(El shaddaï the God Almighty)
Jehovah×4
(Ntananirwa muvy'Avuga)

Jehovah
Jehovah

Jahovah×4

2. Ic'Avuze nticigera kinanirwa
N'uwudahangarwa
Ntananirwa
Ntazibirwa
Ntagira ic'akangwa Naco
The God who works in the supernatural
Asezeranye Arashitsa
N'inyuma y'imyaka igihumbi tegereza umva
Isezerano ryiwe ntabwo ryigera ripfa
Kuko Ararikomeza kugeza urishitseko Ararikomeza (komeza)

Azogukomeza wewe gushika kw'iherezo
Igikorwa ciwe n'agahore n'inkinzo
Non ntabigeragezo
Vyobuza gushika ic'avuga aragikomeza
N'ivyohaguruka
Kugihagarika
Vyotsindwa kuko n'Imana Idahindagurika
Ubwizigirwa n'ico Iri
Yuzuye Ubuntu n'ukuri
Ic'Avuze cose ningombwa Agishitse uko Kiri

Pre- chorus

Faithful God
Oooh God
Ntunanirwa muvy'Uvuga
Faithful God
Oooh God
Ur'Umwizigirwa

Rfr/
Yuguruye
Ntacotangira×2
Ntacobuza ic'Avuze gushika
Iy'Avuze Ntacozibira
Aricira inzira
N'umwizigirwa
(We yitwa)
Jehovah×4
(El shaddaï the God Almighty)
Jehovah×4
(Ntananirwa muvy'Avuga

Special thanks
Jeak Media


#Anointed_for_his_Glory